Hoseya 5:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nzokwigira nisubirire iwanje, gushika babonye ingaruka z’igicumuro cabo.Na bo bazoheza barondere ko ndabagirira ubuntu+. Nibabona bageze habi bazondondera+.»
15 Nzokwigira nisubirire iwanje, gushika babonye ingaruka z’igicumuro cabo.Na bo bazoheza barondere ko ndabagirira ubuntu+. Nibabona bageze habi bazondondera+.»