Matayo 8:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ashitse hakurya mu karere k’Abagadareni, ahura n’abagabo babiri barwaye amadayimoni bavuye mw’itongo ry’abapfuye*+. Bari bakaze cane ku buryo ata muntu n’umwe yubahuka guca muri iyo nzira. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:28 Yezu ni inzira, rup. 114
28 Ashitse hakurya mu karere k’Abagadareni, ahura n’abagabo babiri barwaye amadayimoni bavuye mw’itongo ry’abapfuye*+. Bari bakaze cane ku buryo ata muntu n’umwe yubahuka guca muri iyo nzira.