-
Yohani 6:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Yezu aca atora ya mikate hanyuma amaze gukenguruka, ayigaburira ba bantu bari bicaye ng’aho. Agira gutyo nyene no kuri twa dufi dukeyi, kandi umwe wese yaronka ivyo ashaka.
-