Yohani 6:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Iki ni co uwantumye agomba: ni uko ntatakaza umuntu n’umwe mu bo yampaye, ahubwo nkabazura+ ku musi wa nyuma.
39 Iki ni co uwantumye agomba: ni uko ntatakaza umuntu n’umwe mu bo yampaye, ahubwo nkabazura+ ku musi wa nyuma.