-
Ivyakozwe 13:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Bamaze guca mw’izinga ryose gushika i Pafo, bahura n’umugabo umwe w’Umuyuda yitwa Bari-Yezu. Yari umupfumu akaba n’umuhanuzi w’ikinyoma.
-