Ivyakozwe 28:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Aho abantu baho* baboneye iyo nzoka y’ubumara yenena ku kuboko kwiwe, batangura kubwirana bati: «Ni ukuri uyu muntu ni umwicanyi. Naho yashoboye gukira ikiyaga, ubutungane* ntibwamukundiye kubandanya kubaho.» Ivyakozwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 28:4 Umunara w’Inderetsi,1/10/2015, rup. 9 Nushinge intahe, rup. 210
4 Aho abantu baho* baboneye iyo nzoka y’ubumara yenena ku kuboko kwiwe, batangura kubwirana bati: «Ni ukuri uyu muntu ni umwicanyi. Naho yashoboye gukira ikiyaga, ubutungane* ntibwamukundiye kubandanya kubaho.»