Abaroma 1:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Naho bari bazi Imana, ntibayininahaje nk’Imana canke ngo bayikengurukire, ahubwo badukanye ivyiyumviro vy’ubupfu, kandi imitima yabo y’imburabwenge yuzuye umwiza+.
21 Naho bari bazi Imana, ntibayininahaje nk’Imana canke ngo bayikengurukire, ahubwo badukanye ivyiyumviro vy’ubupfu, kandi imitima yabo y’imburabwenge yuzuye umwiza+.