2 Abatesalonika 1:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ni co gituma tubishimira+ mu mashengero y’Imana, kubera ukwihangana kwanyu n’ukwizera kwanyu mu ruhamo rwose murimwo no mu ngorane* ziriko zirabashikira*+.
4 Ni co gituma tubishimira+ mu mashengero y’Imana, kubera ukwihangana kwanyu n’ukwizera kwanyu mu ruhamo rwose murimwo no mu ngorane* ziriko zirabashikira*+.