Yakobo 4:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Muripfuza yamara ntimuronka. Mubandanya kwica no kwipfuza ivy’abandi*, yamara ntimuronka ivyo mwipfuza. Mubandanya kurwana no kuryana+. Nta co muronka kubera ko mudasaba. Yakobo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:2 Umunara w’Inderetsi,1/9/1998, rup. 261/12/1997, rup. 14
2 Muripfuza yamara ntimuronka. Mubandanya kwica no kwipfuza ivy’abandi*, yamara ntimuronka ivyo mwipfuza. Mubandanya kurwana no kuryana+. Nta co muronka kubera ko mudasaba.