Guharura 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimba rero ukwo ari ko uriko urangirira, ndakwinginze unyice bihere biheze+, nimba nagize ubutoni mu maso yawe, noye kwitegereza ivyago vyanje.”
15 Nimba rero ukwo ari ko uriko urangirira, ndakwinginze unyice bihere biheze+, nimba nagize ubutoni mu maso yawe, noye kwitegereza ivyago vyanje.”