Abacamanza 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo Yuda ajana na Simeyoni mwene wabo, maze bakubita Abanyakanani baba i Zefati, barahatikiza+. Ku bw’ivyo, ico gisagara gihabwa izina Horuma+.
17 Mugabo Yuda ajana na Simeyoni mwene wabo, maze bakubita Abanyakanani baba i Zefati, barahatikiza+. Ku bw’ivyo, ico gisagara gihabwa izina Horuma+.