Abacamanza 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Yehova abwira Gideyoni ati: “Abantu bari kumwe nawe ni benshi cane ku buryo ntotanga Midiyani mu kuboko kwabo+. Hari aho Isirayeli yonyiyemerako+ iti: ‘Ukuboko kwanje ni kwo kwankijije+.’ Abacamanza Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 7:2 Umunara w’Inderetsi,15/1/2005, rup. 25-26
2 Nuko Yehova abwira Gideyoni ati: “Abantu bari kumwe nawe ni benshi cane ku buryo ntotanga Midiyani mu kuboko kwabo+. Hari aho Isirayeli yonyiyemerako+ iti: ‘Ukuboko kwanje ni kwo kwankijije+.’