Abacamanza 11:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Jewe sinagucumuyeko, mugabo wewe uriko urangirira nabi mu kundwanya. Yehova Umucamanza+ nace urubanza uno musi hagati ya bene Isirayeli na bene Amoni.’” Abacamanza Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:27 Umunara w’Inderetsi,15/5/2007, rup. 9
27 Jewe sinagucumuyeko, mugabo wewe uriko urangirira nabi mu kundwanya. Yehova Umucamanza+ nace urubanza uno musi hagati ya bene Isirayeli na bene Amoni.’”