Abacamanza 20:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Nuko ca kimenyetso+ gitangura kuduga kivuye mu gisagara nk’inkingi y’umwotsi+. Bene Benyamini bahindukiye bakaraba inyuma, ehe umwotsi w’igisagara cose wariko uduga werekeza mw’ijuru+.
40 Nuko ca kimenyetso+ gitangura kuduga kivuye mu gisagara nk’inkingi y’umwotsi+. Bene Benyamini bahindukiye bakaraba inyuma, ehe umwotsi w’igisagara cose wariko uduga werekeza mw’ijuru+.