1 Samweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma Hana arasenga+, avuga ati:“Umutima wanje urirata koko kubera Yehova+,Emwe, ihembe ryanje rishizwe hejuru biciye kuri Yehova+.Akanwa kanje kasamiye kwishura abansi banje,Kuko nezerererwa koko ubukiriro bwawe+. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:1 Niwigane, rup. 57 Umunara w’Inderetsi,1/7/2010, rup. 17
2 Hanyuma Hana arasenga+, avuga ati:“Umutima wanje urirata koko kubera Yehova+,Emwe, ihembe ryanje rishizwe hejuru biciye kuri Yehova+.Akanwa kanje kasamiye kwishura abansi banje,Kuko nezerererwa koko ubukiriro bwawe+.