1 Samweli 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Eli ahezagira+ Elikana n’umugore wiwe, avuga ati: “Yehova aguhe uruvyaro kuri uyu mugore mu kibanza ca ya ntizo yatizwa Yehova+.” Nuko baja iwabo.
20 Eli ahezagira+ Elikana n’umugore wiwe, avuga ati: “Yehova aguhe uruvyaro kuri uyu mugore mu kibanza ca ya ntizo yatizwa Yehova+.” Nuko baja iwabo.