1 Samweli 2:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ehe imisi iraje aho nzokuraho ububasha bwawe n’ububasha bw’inzu ya sogokuruza wawe, kugira ngo ntihazobeho umutama mu nzu yawe+.
31 Ehe imisi iraje aho nzokuraho ububasha bwawe n’ububasha bw’inzu ya sogokuruza wawe, kugira ngo ntihazobeho umutama mu nzu yawe+.