1 Samweli 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Hanyuma yegeza hafi umuryango wa Benyamini akurikije imiryango yawo, maze hatorwa+ umuryango w’Abamatiri. Amaherezo Sauli mwene Kishi aratorwa+. Batangura kumurondera, mugabo ntibamuronka.
21 Hanyuma yegeza hafi umuryango wa Benyamini akurikije imiryango yawo, maze hatorwa+ umuryango w’Abamatiri. Amaherezo Sauli mwene Kishi aratorwa+. Batangura kumurondera, mugabo ntibamuronka.