1 Samweli 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ubu rero, ng’uyu umwami ariko agendera imbere yanyu+! Nayo jewe, nashaje+ kandi nsigaye mfise imvi+; kandi abahungu banje, ng’abo bari kumwe namwe+; jewe nagendeye imbere yanyu kuva mu buto bwanje gushika uyu musi+.
2 Ubu rero, ng’uyu umwami ariko agendera imbere yanyu+! Nayo jewe, nashaje+ kandi nsigaye mfise imvi+; kandi abahungu banje, ng’abo bari kumwe namwe+; jewe nagendeye imbere yanyu kuva mu buto bwanje gushika uyu musi+.