1 Samweli 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Sauli na Yonatani umuhungu wiwe n’abantu bari bakiri kumwe na bo, baba i Geba+ ha Benyamini. Nayo Abafilisitiya, bari bakambitse i Mikimashi+.
16 Sauli na Yonatani umuhungu wiwe n’abantu bari bakiri kumwe na bo, baba i Geba+ ha Benyamini. Nayo Abafilisitiya, bari bakambitse i Mikimashi+.