-
1 Samweli 14:34Bibiliya y’isi nshasha
-
-
34 Inyuma y’ivyo, Sauli avuga ati: “Nimukwiragire mu bantu, mubabwire muti: ‘Umwe wese muri mwebwe azane hafi yanje ishūri yiwe, kandi umwe wese azane intama yiwe; muzikererere muri iki kibanza muheze murye, ntimucumure kuri Yehova mu kurya inyama zirimwo amaraso+.’” Nuko iryo joro abantu bose begeza hafi umwe wese ishūri yiwe yari mu kuboko kwiwe, bazikererera ng’aho.
-