1 Samweli 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Sauli rero abwira abasuku biwe ati: “Ndabinginze mundonderere umugabo azi neza kuvuza inanga, muheze mumunzanire+.”
17 Sauli rero abwira abasuku biwe ati: “Ndabinginze mundonderere umugabo azi neza kuvuza inanga, muheze mumunzanire+.”