1 Samweli 17:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Gutyo Dawidi, akoresheje umugozi wo guteresha be n’ibuye, arusha inkomezi uwo Mufilisitiya, agarika nya Mufilisitiya, aramwica; kandi nta nkota yari mu kuboko kwa Dawidi+.
50 Gutyo Dawidi, akoresheje umugozi wo guteresha be n’ibuye, arusha inkomezi uwo Mufilisitiya, agarika nya Mufilisitiya, aramwica; kandi nta nkota yari mu kuboko kwa Dawidi+.