1 Samweli 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze ku musi ukurikira+, impwemu mbi y’Imana itangura gukorera kuri Sauli+, ku buryo yifata nk’umuhanuzi+ mu nzu, mu gihe Dawidi yariko avuza umuziki n’ukuboko kwiwe+, nko mu misi y’imbere y’aho; kandi icumu ryari mu kuboko kwa Sauli+.
10 Maze ku musi ukurikira+, impwemu mbi y’Imana itangura gukorera kuri Sauli+, ku buryo yifata nk’umuhanuzi+ mu nzu, mu gihe Dawidi yariko avuza umuziki n’ukuboko kwiwe+, nko mu misi y’imbere y’aho; kandi icumu ryari mu kuboko kwa Sauli+.