1 Samweli 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Dawidi ashira ayo majambo ku mutima, aratinya+ cane kubera Akishi umwami wa Gati.