15 Mbega uno musi ni ho ntanguye kumusiguriza+ Imana? Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe! Umwami ntagire ikintu na kimwe yegeka ku musuku wiwe no ku nzu yose ya dawe, kuko muri ivyo vyose umusuku wawe ata kintu na kimwe yari azi, ari gitoyi canke kinini+.”