2 Samweli 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nahagaze iruhande yiwe rero ndamuhohosha+, kuko nari nzi ko atari kubaho amaze kugwa. Naciye ntora umugāra+ wari ku mutwe wiwe n’igikomo cari ku kuboko kwiwe, kugira ndabizanire umukama wanje ng’aha.”
10 Nahagaze iruhande yiwe rero ndamuhohosha+, kuko nari nzi ko atari kubaho amaze kugwa. Naciye ntora umugāra+ wari ku mutwe wiwe n’igikomo cari ku kuboko kwiwe, kugira ndabizanire umukama wanje ng’aha.”