1 Ngoma 29:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ewe Yehova Mana yacu, uwu murengera wose twateguye kugira tukwubakire inzu yitirirwa izina ryawe ryeranda uva mu kuboko kwawe, kandi wose ni uwawe+.
16 Ewe Yehova Mana yacu, uwu murengera wose twateguye kugira tukwubakire inzu yitirirwa izina ryawe ryeranda uva mu kuboko kwawe, kandi wose ni uwawe+.