1 Ngoma 29:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ewe Yehova Mana ya Aburahamu na Izahaki na Isirayeli ba sogokuruza bacu+, nuzigame ivyo gushika igihe kitagira urugero nk’impengamiro y’ivyiyumviro vy’umutima w’abantu bawe+, werekeze umutima wabo kuri wewe+.
18 Ewe Yehova Mana ya Aburahamu na Izahaki na Isirayeli ba sogokuruza bacu+, nuzigame ivyo gushika igihe kitagira urugero nk’impengamiro y’ivyiyumviro vy’umutima w’abantu bawe+, werekeze umutima wabo kuri wewe+.