Yesaya 40:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Umwe ahindura ubusa abategetsi bakurubakuru, uwagize abacamanza b’isi nk’ikintu kitabaho+.