Matayo 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yongera atuma abandi bashumba+, avuga ati: ‘Mubwire abatumiwe muti: “Ehe nateguye imfungurwa zanje zo ku mutaga+, amashūri yanje n’ibitungwa vyadoheshejwe vyabazwe, kandi ibintu vyose birateguwe. Nimuze ku nzimano y’ubugeni+.”’ Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:4 Yezu ni inzira, rup. 248-249 Umunara w’Inderetsi,15/1/2008, rup. 30-31
4 Yongera atuma abandi bashumba+, avuga ati: ‘Mubwire abatumiwe muti: “Ehe nateguye imfungurwa zanje zo ku mutaga+, amashūri yanje n’ibitungwa vyadoheshejwe vyabazwe, kandi ibintu vyose birateguwe. Nimuze ku nzimano y’ubugeni+.”’