Luka 1:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 yahagije ivyiza abashonje+, abari bafise ubutunzi na bo abarungika imbokoboko+.