Luka 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko na jewe ngabwa, nkagira abasoda ngaba, nkabwira uyu nti: ‘Genda!’, akagenda, nabwira uwundi nti: ‘Ngwino!’, akaza, nabwira umushumba wanje nti: ‘Kora iki!’, akagikora+.” «Woba uri umwe twari twiteze?» Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Icegeranyo c’utuvidewo Ukwizera kw’intwazangabo (gnj 6 00:00–04:31)
8 Kuko na jewe ngabwa, nkagira abasoda ngaba, nkabwira uyu nti: ‘Genda!’, akagenda, nabwira uwundi nti: ‘Ngwino!’, akaza, nabwira umushumba wanje nti: ‘Kora iki!’, akagikora+.”