Luka 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko ata kintu na kimwe canyegejwe+ kitazokwibonekeza, canke ikintu na kimwe cahishijwe bimwe vyitondewe kitazokwigera kimenyekana, ngo nticigere kija ahabona+. «Woba uri umwe twari twiteze?» Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Icegeranyo c’utuvidewo Yezu asigura ikigereranyo c’umubivyi (gnj 6 40:49–42:25)
17 Kuko ata kintu na kimwe canyegejwe+ kitazokwibonekeza, canke ikintu na kimwe cahishijwe bimwe vyitondewe kitazokwigera kimenyekana, ngo nticigere kija ahabona+.