Luka 8:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 aregera aturutse inyuma, akora ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru+, maze ako kanya nyene kwa kuvirirana kwiwe guca kurahagarara+.
44 aregera aturutse inyuma, akora ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru+, maze ako kanya nyene kwa kuvirirana kwiwe guca kurahagarara+.