Luka 8:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Mugabo abantu bose bariko bararira bongera bikubitagura ku gikiriza kubera intuntu abateye. Nuko avuga ati: “Nimureke kurira+, kuko atapfuye, ahubwo arasinziriye+.” Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 8:52 Yezu ni inzira, rup. 118
52 Mugabo abantu bose bariko bararira bongera bikubitagura ku gikiriza kubera intuntu abateye. Nuko avuga ati: “Nimureke kurira+, kuko atapfuye, ahubwo arasinziriye+.”