-
Yohani 5:14Bibiliya y’isi nshasha
-
-
14 Hanyuma Yezu amusanga mu rusengero, amubwira ati: “Raba wakize. Ntiwongere gucumura, kugira ntushikirwe n’ibirusha ivya mbere kuba bibi.”
-
-
«Kuko ari co canzanye»Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Icegeranyo c’utuvidewo
-
-
Yezu asanga mu rusengero wa mugabo yakiza (gnj 4 34:05–34:38)
-