Abaroma 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 mugabo ubuninahazwa n’iteka n’amahoro ku muntu wese akora iciza+, ubwa mbere ku Muyuda+, hanyuma no ku Mugiriki+. Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:10 Umunara w’Inderetsi,15/6/2003, rup. 14
10 mugabo ubuninahazwa n’iteka n’amahoro ku muntu wese akora iciza+, ubwa mbere ku Muyuda+, hanyuma no ku Mugiriki+.