Abaroma 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi, nk’uko tuvyagirizwa tubesherwa+ kandi bamwe bakavuga ko ari ko tuvuga, twobuzwa n’iki kuvuga ngo: “Dukore ibibi kugira ngo ivyiza bibone kuza+”? Urubanza+ rucirwa abo bantu rurahuye n’ubutungane+.
8 Kandi, nk’uko tuvyagirizwa tubesherwa+ kandi bamwe bakavuga ko ari ko tuvuga, twobuzwa n’iki kuvuga ngo: “Dukore ibibi kugira ngo ivyiza bibone kuza+”? Urubanza+ rucirwa abo bantu rurahuye n’ubutungane+.