Abaroma 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Umuhogo wabo ni imva irangaye, bahendanishije indimi zabo+.” “Ubumara bw’incira buri inyuma y’iminwa yabo+.”
13 “Umuhogo wabo ni imva irangaye, bahendanishije indimi zabo+.” “Ubumara bw’incira buri inyuma y’iminwa yabo+.”