Abaroma 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi si ivyo gusa, ahubwo mbere turigina mu Mana biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu, biciye kuri we ubu tukaba twararonse ukwo gusubiza hamwe+.
11 Kandi si ivyo gusa, ahubwo mbere turigina mu Mana biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu, biciye kuri we ubu tukaba twararonse ukwo gusubiza hamwe+.