-
Abaroma 7:15Bibiliya y’isi nshasha
-
-
15 Kuko ico nkora ata co nzi. Kuko ico nshaka atari co nguma nkora; mugabo ico nanka ni co nkora.