Abaroma 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo mubikore kandi kubera muzi iki kiringo, yuko isaha y’uko mwikangura+ mukava mw’itiro imaze kugera, kuko ubu ubukiriro bwacu buri hafi kuruta igihe twacika abemera+. Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:11 Umunara w’Inderetsi,15/11/2013, rup. 715/3/2012, rup. 11
11 Ivyo mubikore kandi kubera muzi iki kiringo, yuko isaha y’uko mwikangura+ mukava mw’itiro imaze kugera, kuko ubu ubukiriro bwacu buri hafi kuruta igihe twacika abemera+.