Abaroma 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kugira ngo mumuhe ikaze+ mu Mukama mu buryo bubereye aberanda, no kugira ngo mumusahirize mu kintu cose yobakenerako+, kuko na we ubwiwe yerekanye ko arwanira benshi, egome, na jewe ubwanje. Abaroma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:2 Umunara w’Inderetsi,15/1/2005, rup. 21, 23
2 kugira ngo mumuhe ikaze+ mu Mukama mu buryo bubereye aberanda, no kugira ngo mumusahirize mu kintu cose yobakenerako+, kuko na we ubwiwe yerekanye ko arwanira benshi, egome, na jewe ubwanje.