Abaroma 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muramutse Andoroniko na Yuniya incuti+ zanje n’imbohe bagenzanje+, abantu bamenyekana mu ntumwa kandi bamaze igihe kirekire kundusha bunze ubumwe+ na Kristu.
7 Muramutse Andoroniko na Yuniya incuti+ zanje n’imbohe bagenzanje+, abantu bamenyekana mu ntumwa kandi bamaze igihe kirekire kundusha bunze ubumwe+ na Kristu.