ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

f Ico gihe, abo Batohoji ba Bibiliya ntibari bazi ko ata mwaka wa zero uriho hagati ya “B.G.C.” na “G.C.” Mu nyuma, igihe vyakenerwa ko umwaka wa 606 B.G.C. uhindurwa ukaba 607 B.G.C. kubera ubushakashatsi bwari bwagizwe, umwaka wa zero na wo nyene warafuswe, ku buryo ivyari vyaravuzwe bihurirana n’umwaka wa “1914 G.C.”—Raba igitabu “La vérité vous affranchira,” urupapuro rwa 220, kikaba casohowe n’Ivyabona vya Yehova mu congereza mu 1943.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika