Akajambo k'epfo
a Filipo avugwa ng’aha si Filipo ya ntumwa. Ahubwo nk’uko bivugwa mu kigabane ca 5 c’iki gitabu, ni Filipo wo muri ba «bagabo indwi bazwi neza» bagenywe kugira ngo batunganye ibijanye n’ukugabura ibifungurwa vya buri musi mu bapfakazi b’i Yeruzalemu bavuga ikigiriki be n’abavuga igiheburayo.—Ivyak. 6:1-6.