Akajambo k'epfo
a Mu Bayuda bo mu kinjana ca mbere, muri rusangi abagore barakumirwa mu vy’inyigisho. Babigisha kwitwararika udukorwa tw’i muhira. Marita rero ashobora kuba yabonye ko ico kintu cari ikintu kidasanzwe ku mugore kwicara imbere y’ibirenge vy’incabwenge kugira ngo yige.