ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

b Bisa n’uko amasinagogi yatangujwe mu gihe ca ya myaka 70 y’ubuhabisho bamara i Babiloni, aho ata rusengero rwari ruhari canke inyuma gatoyi y’aho bagarukiye bavuye mu buhabisho igihe urusengero rwariko rusubira kwubakwa. Mu kinjana ca mbere, igisagara cose c’i Palesitina cari cifitiye isinagogi yaco, ibisagara bininibinini bikaba bitarimwo isinagogi imwe gusa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika