Akajambo k'epfo
a Ico kintu carababaza cane Abayuda bo mu bihe vya kera. Twisunze ibivugwa mu gitabu kigira kabiri c’Abamakabe kitari mu vyahumetswe, ivyo vyaravyuye impari zikomeye igihe wa muherezi mukuru w’umuhuni Yasoni yatanga iciyumviro c’uko i Yeruzalemu hokwubakwa ikibanza co kwinonoreramwo imitsi, ivyo akaba yabigize arondera ko abantu bamera nk’Abagiriki.—2 Mak. 4:7-17.